Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UDUKARATA TW’ABAVUGWA MURI BIBILIYA

UDUKARATA TW’ABAVUGWA MURI BIBILIYA

Gideyoni

Nimuvome aka gakarata k’uwuvugwa muri Bibiliya maze mwige ibijanye na Gideyoni, uno akaba yari umugabo yicisha bugufi w’umwisirayeli yabaye umurwanyi w’umutima rugabo. Gacapure, ugakate, ukazingemwo kubiri, hama ukabike.

Raba vyose

IBINDI BIJANYE

Umwami Sauli

Sauli akiba umwami wa mbere wa Isirayeli, yaricisha bugufi.

Hana

Imana yarishuye isengesho ryiwe ridomako.

Manowa

Yari se w’umuntu umwe yari akomeye kuruta ababayeho bose.