Ikirundi
Amabara y’inyoni atigera aseruka
https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502019458/univ/art/502019458_univ_sqr_xl.jpg
ijwwd ikiganiro 21

VYOBA VYARIYADUKIJE?

Amabara y’inyoni atigera aseruka

Amabara y’inyoni atigera aseruka

Kubera iki amabara y’inyoni nyinshi aguma akeye kandi akayangana, mu gihe amarangi n’impuzu abantu bakora bigenda biraseruka?