Ivyo urunganwe rwawe ruvuga
Telefone ngendanwa
Abakiri bato batatu baravuga ivyiza n’ibibi vya telefone ngendanwa.
Ibiganiro bifitaniye isano
Ivyo urunganwe rwawe ruvuga Ubuhinga bwa none Imiyabaga n’abageze mu bigeroRaba kandi
URWARUKA RURIBAZA
Ukwiye kumenya iki ku bijanye no kwandika amamesaje?
Kwandika amamesaje birashobora kugira ingaruka ku bugenzi ufitaniye n’abandi be n’izina ryawe. Raba igituma ari ukwo biri.
IBISIGURWA BARIKO BARABICAPA
Woba utwarwa cane n’ubuhinga bwa none?
Urashobora gukoresha ubuhinga bwa none butiriwe burakugira umuja. Womenya gute ko woba usigaye uri umuja w’akuma kawe? Wokora iki usanze ari ko biri?
URWARUKA RURIBAZA
Imbuga hwaniro ziriko zingirako ingaruka izihe?
Imbuga hwaniro zirashobora kukwizizira. Ibi vyiyumviro birashobora kugufasha kugumana uburimbane.
IBISIGURWA BARIKO BARABICAPA
Nukoreshe neza ubuhinga bwa none
Nuryoherwe no guhanahana amakuru n’abagenzi bawe kuri Internet, ariko ntiwijajare.
URWARUKA RURIBAZA
Kumenyekana ku mbuga hwaniro hari ico vyokumarira?
Hari abantu bamwebamwe bashira ubuzima bwabo mu kaga kugira baronke abantu benshi babakurikirana kandi bakunda ivyo bashira ku mbuga hwaniro. Kurondera kumenyekana bikumarira iki?
IVYO URUNGANWE RWAWE RUVUGA

