Ja ku birimwo

Amagara meza

Raba ingene woguma ufise amagara meza canke ingene wokwihanganira indwara. Uko ivyawe vyoba vyifashe kwose, Bibiliya irimwo impanuro ngirakamaro zishobora kugufasha kumererwa neza.

Ingorane

Nobigenza gute mfise ingorane y’amagara? (Igice ca 1)

Abakiri bato bane baravuga ibibafasha kwihanganira ingorane bafise z’amagara no kuguma babona ibintu mu buryo bwiza.

Nobigenza gute mfise ingorane y’amagara? (Igice ca 2)

Soma ivyo abakiri bato bafise ingorane zikomeye z’amagara bivugira, bano bakaba barize kuzihanganira no kuguma babona ibintu mu buryo bwiza.

Nobigenza gute mfise ingorane y’amagara? (Igice ca 3)

Ivyashikiye imiyabaga itatu vyoshobora kugufasha nawe kwihangana.

Ingorane zo mu ntango y’ubuyabaga nozifatamwo gute?

Raba amahinduka aba muri ico kiringo n’ingene wovyifatamwo neza.

Uko wovyifatamwo mu ntango y’ubuyabaga

Uwu mwimenyerezo urashobora kugufasha kwihanganira ingorane zo mu ntango y’ubuyabaga.

Ibibangamira amagara

Nokwirinda gute kurengerwa n’ibikorwa?

Ivyo biterwa n’iki? Woba uri mu gusanzara? Nimba ari ko bimeze, ni igiki wokora?

Ni ibiki nkwiye kumenya ku bijanye no kunywa inzoga?

Nurabe ukuntu wokwirinda ingorane ziva ku kurenga amategeko, kumenyekana nabi, kugirirwa nabi mu vy’igitsina, kwizizirwa n’inzoga hamwe no kuhasiga ubuzima.

Wokora iki hamwe bokuremesha kunywa inzoga?

Uyu mwimenyerezo uzogufasha kwitegurira akosho ko kunywa inzoga.

Nuzirikane imbere yo kunywa

Benshi akayoga kamaze kubashika, baravuga canke bagakora ibintu bituma mu nyuma bicuza. Wokwikingira gute ingorane ziva ku kunywa ukarenza urugero?

Niwirinde itabi

Naho hari abantu benshi banywa itabi canke shishe, hari abandi babihevye, hakaba n’abariko baragerageza kubiheba. Uti kubera iki? Itabi ryoba riteza ingorane?

Ni ibiki nkwiye kumenya ku bijanye no kunywa itabi risanzwe n’iryo mu buhinga bwa none?

Si ukwiryohera gusa nk’uko abantu ba rurangiranwa canke urunganwe rwawe bashaka kuvyerekana. Numenye ingaruka zavyo n’ukuntu wozirinda.

Amagara meza

Nokora iki kugira nze ndafungura neza?

Utanguye gufungura nabi ukiri muto, urinda usaza ufungura nabi, ni co gituma ukwiye kwiga gufungura neza ubu.