Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

IVYOGUFASHA KWIGA

MU VY’UKURI BIBILIYA YIGISHA IKI? (IVYOGUFASHA KWIGA)

Nugume mu rukundo rw’Imana (Igice ca 1)

Iki kiganiro gishingiye ku kigabane ca 19 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

Gukunda Imana bisobanura iki? Ni igiki gituma umukirisu akunda Imana?

Ibindi bijanye

Nugume mu rukundo rw’Imana (Igice ca 2)

Umaze kumenya ukuri kwerekeye Imana, ni igiki cogufasha kwigumiza mu rukundo rw’Imana no kuguma uyiyegereje?

Ibatisimu be n’ubucuti ugiranira n’Imana (Igice ca 3)

Umukirisu yiyeguriye Imana asabwa iki? Kandi ni kubera iki abakirisu bakunda Imana vy’ukuri bokwizigira ko bazobaho bisunga ukwiyegura kwabo?

Ibatisimu be n’ubucuti ugiranira n’Imana (Igice ca 1)

Kubera iki kubatizwa ari igisabwa ku mukirisu? Ni igiki gikwiye gutuma abakirisu babatizwa?