Ni igiki catuma Samusoni aba umuntu akomeye cane kuruta abandi bose? Nimusome bande dessinée yigana inkuru yo muri Bibiliya kuri internet canke ku vyo mwacapuye biri mu mero ya PDF.