Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

BANDES DESSINÉES ZIGANA INKURU ZO MURI BIBILIYA

BANDE DESSINÉE YIGANA INKURU YO MURI BIBILIYA

Aburahamu aba umugenzi w’Imana

Raba igituma Bibiliya ivuga ko Aburahamu yari “umugenzi wa Yehova.” (Yakobo 2:23) Nusomere iyi bande dessinée kuri internet canke ku vyo wacapuye.

Ibindi bijanye

Daniyeli yaragamburukira Yehova

Daniyeli yaratandukanijwe n’abavyeyi biwe. Yoba yaragumye agamburukira Yehova?

Yehova arababarira ata gahigihigi

Umwami Manase yarakoze ivy’ubupfumu, arunamira imana z’ikinyoma, arica n’abantu ata co bazira. Ariko Yehova yaramubabariye. Iyo nkuru itwigisha iki ku vyerekeye kubabarira?

Yehova aha ubwenge Salomo

Salomo yari afise ubwenge bwinshi kuruta abandi bami bose bo kw’isi. None ubwo bwenge yaburonse gute? Kandi ni amakosa ayahe yahavuye akora?