Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UDUKARATA TW’ABAVUGWA MURI BIBILIYA

AGAPAPURO K’ABAVUGWA MURI BIBILIYA

Nawomi

Voma aka gapapuro k’abavugwa muri Bibiliya kugira umenye inkuru yerekeye Nawomi, uwafashije umukazana wiwe Rusi. Nugacapure, ugakate, ukazingemwo kubiri hanyuma ukabike.

Ibindi bijanye

Agakarata k’uwuvugwa muri Bibiliya Umwami Sauli

Sauli akiba umwami wa mbere wa Isirayeli, yaricisha bugufi.

Agakarata k’uwuvugwa muri Bibiliya Hana

Imana yarishuye isengesho ryiwe ridomako.

Agakarata k’uwuvugwa muri Bibiliya Manowa

Yari se w’umuntu umwe yari akomeye kuruta ababayeho bose.