Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

IBISHASHA

Hirya no hino kw’isi

Hirya no hino kw’isi

Kuri jw.org harashizwe igice gishasha citwa “Hirya no hino kw’isi.” Ico gice kirimwo amakuru y’ibihugu vyose Ivyabona vya Yehova bakoreramwo nk’uko biboneka mu Gitabu c’umwaka kiba giheruka gusohoka. Urahasanga ibitigiri, amafoto, ushobore no gushikira ibiganiro bijanye n’igikorwa turangurira kw’isi.