Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

28 GITUGUTU 2016
IBISHASHA

Urashobora kutumenyesha ko uzotugendera

Urashobora kutumenyesha ko uzotugendera

Ubu birashoboka ko uduteguza kuri Internet ko uzotemberera inyubakwa z’ibiro bikuru vyacu biri i Warwick n’i Patterson muri New York, be n’ibiro vy’ishami ryo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika biri Wallkill.

Nutegekanye gutemberera inyubakwa zacu ziri muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika.