Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

27 NDAMUKIZA 2016
IBISHASHA

Amadosiye yo mu bwoko bwa AAC ntazosubira gutegurwa

Amadosiye yo mu bwoko bwa AAC ntazosubira gutegurwa

Guhera ku wa 2 Rusama 2016, amadosiye yo mu bwoko bwa AAC ntazosubira gutegurwa kuri jw.org. Nimba kuri podcast wariyandikishije ko woza uraronswa Umunara w’Inderetsi na Be maso! mu bwoko bwa AAC, vyoba vyiza wiyandikishije mu bwoko bwa MP3. Ivyo ushobora kubigira ufyonze ahanditse ngo PODCASTS. Haherereye mu gice kivuga ngo IVYASOHOWE > IBINYAMAKURU.