Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

4 MUKAKARO 2016
IBISHASHA

Ahaboneka amavidewo kuri JW.ORG hararyohowe

Ahaboneka amavidewo kuri JW.ORG hararyohowe

Ahaboneka amavidewo kuri jw.org hararyohowe mu mice ikurikira:

  • Hariho aho ushobora kubona amavidewo yose yo kuri jw.org.

  • Hari aho ushobora guca mu kurondera ividewo ushaka.

  • Amavidewo ashirwa mu migwi nka kurya nyene bimeze muri JW Library na hamwe havuga ngo Vidéo à la demande kuri ya televiziyo ya JW.

Urashobora kubibona ukoresheje uburyo butandukanye. Woshobora guca ahavuga ngo IVYASOHOWE > AMAVIDEWO, ahavuga ngo “Amavidewo ya gikirisu” ukiri mu ntango kuri jw.org canke ahavuga ngo “Amavidewo” amaja epfo aho ari ho hose uri kuri jw.org.

Nurabe ahaboneka amavidewo haryohowe.