Ja ku birimwo

21 RUHUHUMA 2019
IBISHASHA

Agatabu Inkuru nziza karashizwemwo amavidewo

Agatabu Inkuru nziza karashizwemwo amavidewo

Ubu agatabu Inkuru nziza iva ku Mana ko mu buhinga bwa none kuri jw.org no muri JW Library karashizwemwo amavidewo yunganira ivyigwa. Nimba waramaze kukavoma muri JW Library, nuje kuri PUBLICATIONS > MISES À JOUR EN ATTENTE kugira uvome akarimwo amavidewo.