Ja ku birimwo

25 KIGARAMA 2020
AMAKURU YO KW’ISI YOSE

Amakuru agezweho ya 9 avuye ku Nama Nyobozi (2020)

Amakuru agezweho ya 9 avuye ku Nama Nyobozi (2020)

Kubera ko ikiza ca korona kikibandanya, umwe mu bagize Inama Nyobozi arasigura igituma dukeneye kuguma twiyubara be n’ukuntu twokwikingira ico kiza. Ivyabonywe bibiri bitangwa birerekana igituma ivyo bihambaye.