Amakuru yo kw’isi yose
Amakuru agezweho ya 2 avuye ku Nama Nyobozi (2023)
Muri iyi raporo, umwe mu bagize Inama Nyobozi aratubwira amakuru ya vuba yerekeye abavukanyi bacu bo muri Tirkiya. Harimwo kandi ikiganiro kiremesha co kubaza ibibazo.
Amakuru agezweho ya 7 avuye ku Nama Nyobozi (2022)
Umwe mu bagize Inama Nyobozi araturemesha kwama twiteguriye kugira ico dukoze tudatebaganye igihe tubonye icago.
Amakuru agezweho ya 6 avuye ku Nama Nyobozi (2022)
Umwe mu bagize Inama Nyobozi aratanga amakuru agezweho akongera akatumenyesha icanditswe c’umwaka wa 2023.
Herekanywe 1 - 10 muri 34 bihari