Nusome kuri internet amakuru yerekeye Ivyabona vya Yehova. Hariko kandi ibiganiro vyateguriwe abahinga mu vy’amategeko no mu vyo kumenyesha amakuru.
Amakuru agezweho ya 2 avuye ku Nama Nyobozi (2022)
Uwo mu bagize Inama Nyobozi arasigura ukuntu abavukanyi na bashiki bacu baguma ari intahemuka naho bahura n’ibigeragezo.
Amakuru agezweho ya 1 avuye ku Nama Nyobozi (2022)
Umwe mu bagize Inama Nyobozi araturemesha kuguma turi maso mu vy’impwemu.
Amakuru agezweho ya 10 avuye ku Nama Nyobozi (2021)
Uwo mu bagize Inama Nyobozi aratanga amakuru agezweho ajanye n’iki kiza, akavuga n’ukuntu twokoresha neza umwanya wacu.
Amakuru agezweho ya 9 avuye ku Nama Nyobozi (2021)
Uwo mu bagize Inama Nyobozi aratanga indemesho hamwe n’ivyabonywe bijanye na ya programa yo kugerageza gusubira kugirira amakoraniro ku Ngoro y’Ubwami.
Amakuru agezweho ya 7 avuye ku Nama Nyobozi (2021)
Uwo mu bagize Inama Nyobozi araturemesha kuzigama ubumwe bw’agaciro twifitiye.
Amakuru agezweho ya 6 avuye ku Nama Nyobozi (2021)
Uwo mu bagize Inama Nyobozi araremesha abitereye mu myaka akongera agatanga amakuru agezweho ajanye n’ubwubatsi.
Amakuru agezweho ya 5 avuye ku Nama Nyobozi (2021)
Uwo mu bagize Inama Nyobozi aratanga indemesho n’ivyabonywe bifasha imiryango kwihangana muri iki kiza.
Amakuru agezweho ya 4 avuye ku Nama Nyobozi (2021)
Uwo mu bagize Inama Nyobozi aratubwira amakuru agezweho n’ivyabonywe biremesha vyerekana ingene Yehova adufasha ‘gutahukana intsinzi’ naho duhura n’ingorane.
Amakuru agezweho ya 3 avuye ku Nama Nyobozi (2021)
Uwo mu bagize Inama Nyobozi aradushikiza amakuru agezweho be n’ivyabonywe vyerekana neza ko Yehova ariko arahezagira igikorwa co kwamamaza turangura muri iki kiringo c’ikiza.
Amakuru agezweho ya 2 avuye ku Nama Nyobozi (2021)
Uwo mu bagize Inama Nyobozi arigana amakuru agezweho be n’ivyabonywe biremesha vyerekana ko Yehova ariko arahezagira Beteli muri iki kiringo c’ikiza.
Amakuru agezweho ya 1 avuye ku Nama Nyobozi (2021)
Uwo mu bagize Inama Nyobozi arigana ivyabonywe biremesha vyerekana ukuntu turiko turaroranirwa mu gikorwa co kwamamaza muri iki kiringo c’ikiza.