Urwanda
Urwanda rurwanya ikumirwa rishingiye ku madini mu mashure
Ivyo Leta yakoze kugira ikingire umwidegemvyo w’abanyeshure wo gusenga kari agakuru keza ku banyeshure b’Ivyabona.
Amategeko arubahirizwa mu Rwanda
Ibiro vy’Umuhuza w’Urwanda vyarabonye ko Ivyabona barenganijwe bica bisaba Sentare ntahinyuzwa gusubiramwo urubanza yari yabaciriye.
Sentare yo mu Rwanda yiyamiriza ugukumirwa gushingiye kw’idini
Iyindi sentare y’i Karongi yarashigikiye uburenganzira bwo gusenga bw’abanyeshure b’ivyabona umunani. Iyo ngingo yoba izotuma ugukumirwa gushingiye kw’idini mu Rwanda guhera?