Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

23 NZERO 2015
UBURUSIYA

Ko Sentare nkuru yo mu Burusiya yahagaritse urwego rwemewe n’amategeko rw’Ivyabona vya Yehova rw’i Samara, ni ibiki twokwitega?

Ko Sentare nkuru yo mu Burusiya yahagaritse urwego rwemewe n’amategeko rw’Ivyabona vya Yehova rw’i Samara, ni ibiki twokwitega?

Ku wa 12 Munyonyo 2014, Sentare nkuru yo mu Burusiya yarashigikiye ingingo yafashwe na sentare yo hasi yo gufuta urwego rwemewe n’amategeko rw’Ivyabona vya Yehova rw’i Samara mu Burusiya. Kuba urwo rwego rw’Ivyabona vya Yehova rwarafuswe bizogira ingaruka izihe? Bishobora kuzogira ingaruka izihe ku Vyabona vya Yehova bo mu Burusiya?