Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

2 MUKAKARO 2015
KOREYA Y’EPFO

Bazoguma bapfungwa gushika ryari?

Bazoguma bapfungwa gushika ryari?

Koreya y’Epfo: Mu myaka 60 iheze, abasore barenga 18.000 barapfunzwe imyaka irenga 35.000 bahorwa ko banse kuja mu gisoda bisunze ukwemera kwabo. Ni gute none abantu bo muri ico gihugu bariko barahindura ukuntu babona ico kibazo? Koreya y’Epfo yoba izoteba ikubahiriza uburenganzira umuntu afise bwo bwanka gukora ikintu yisunze ukwemera kwiwe? Amakungu abona gute ico kibazo? Iyi videwo irerekana ibintu bituma Koreya y’Epfo inanirwa gufata ingingo kuri ico kibazo.