Ibijanye n’imanza muri Koreya y’Epfo
Sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro yihweza ingene Koreya y’Epfo ifata abataja mu gisoda kubera ijwi ryo mu mutima
Sentare izosubira kwihweza urwo rubanza, maze ishikirize ingingo yayo.
Abacamanza barabura amahoro mu mutima iyo birengagije ijwi ryo mu mutima ry’abo bacira imanza
Abacamanza bo muri Koreya y’Epfo barababazwa n’itegeko rirenganya abanka gukora ibiteye kubiri n’ijwi ryabo ryo mu mutima, rikabacira umunyororo aho kwubahiriza agateka kabo.
Akarenganyo kari muri Koreya y’Epfo gatuma amakungu asemerera
Agatabu gashasha kasohowe n’Ivyabona vya Yehova karavuga ivy’ipfungwa ry’abantu amajana bazira ko banse gukora ibikorwa vya gisirikare babitumwe n’ijwi ryo mu mutima.