Ivyabona vya Yehova bapfunzwe bazira ukwemera kwabo: Ibihugu bapfungiwemwo
Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova bapfunzwe bazira ukwemera kwabo, dufatiye ku kwezi kwa Ndamukiza 2022
IGIHUGU |
ABAPFUNZWE |
ICO BAHORWA |
---|---|---|
4 |
|
|
20 |
|
|
78 |
|
|
16 |
|
|
Koreya y’epfo |
2 |
|
1 |
|
|
Ibindi bihugu |
Barenga 27 |
|
Bose hamwe |
Barenga 148 |
|
Nk’uko bivugwa mu ngingo ya 18 y’Amasezerano mpuzamakungu yerekeye amategeko agenga abantu n’ivyabo be n’uburenganzira mu vya politike, mu bintu nyamukuru bigize agateka ka zina muntu harimwo “uburenganzira bwo kugira ivyiyumviro bitandukanye n’ivy’abandi, kwisunga ijwi ryiwe ryo mu mutima be no gusenga aho ashaka.” * Mu bihugu bimwebimwe, Ivyabona vya Yehova barakwa ubwo burenganzira, bagapfungwa ku karenganyo, bakanafatwa bunyamaswa. Benshi muri abo bapfunzwe nta kindi bahorwa atari kubaho bisunga ivyo bemera. Abandi na bo bahorwa kwanka kuja mu gisoda kubera ijwi ryabo ryo mu mutima.
^ Raba n’ingingo ya 18 y’Amasezerano mpuzamakungu yerekeye agateka ka zina muntu yasohowe na ONU, be n’ingingo ya 9 y’Amasezerano y’Abanyaburaya yerekeye agateka ka zina muntu.