Ibijanye n’imanza kw’isi yose

5 RUSAMA 2014

Abahinga mu vy’amategeko babivugako iki?

Ibihugu nka vyose biremera ko umuntu afise uburenganzira bwo kwanka gukora ibikorwa vya gisirikare yisunze ijwi ryiwe ryo mu mutima. Raba igituma abahinga mu vy’amategeko ajanye n’agateka ka zina muntu bavuga yuko ivyo bikwiye kwubahirizwa kw’isi yose.