Abahinga mu vy’amategeko babivugako iki?
Ibihugu nka vyose biremera ko umuntu afise uburenganzira bwo kwanka gukora ibikorwa vya gisirikare yisunze ijwi ryiwe ryo mu mutima. Raba igituma abahinga mu vy’amategeko ajanye n’agateka ka zina muntu bavuga yuko ivyo bikwiye kwubahirizwa kw’isi yose.
Uburusiya buriko burahonyanga uburenganzira bwo gusenga
Abategetsi bo mu gasagara gato ka Taganrog barashingishije urubanza bagiriza Ivyabona vya Yehova ko ari inkozi z’ikibi. Ingoro y’Ubwami yabo yarugawe, ibitabu vyabo na vyo biranyagwa.
Abanyagihugu bo mu Burusiya bashengezwa kubera ukwizera kwabo
Ivyabona vya Yehova b’i Taganrog barashengejwe bahorwa ukwemera kwabo, ivyo bikaba bituma abanyagihugu bose bo mu Burusiya bahakwa gutakaza uburenganzira bafise mu bindi bintu vyinshi.
Tirkiya yanka kwisunga ingingo zigenga ibihugu vya Buraya zijanye no kwubahiriza ijwi ryo mu mutima
Kubera iki leta irwanya abanka kuja mu gisoda kubera ijwi ryo mu mutima, ikanka kwemera ubwo burenganzira nyamukuru bwa kiremwa muntu?
Sentare y’iyungururizo yo mu Burusiya yanka kubuza JW.ORG
Sentare y’intara ya Tver mu Burusiya ihakana ingingo ya sentare ntoyi yo kubuza umuhora wa jw.org, akaba ari umuhora wemewe w’Ivyabona vya Yehova.
Akarenganyo kari muri Koreya y’Epfo gatuma amakungu asemerera
Agatabu gashasha kasohowe n’Ivyabona vya Yehova karavuga ivy’ipfungwa ry’abantu amajana bazira ko banse gukora ibikorwa vya gisirikare babitumwe n’ijwi ryo mu mutima.