Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

10 MYANDAGARO 2015
ZIMBABWE

Igikorane mpuzamakungu co mu 2014—Ikiganiro twagiranye n’umushikiranganji wa Zimbabwe ajejwe ingenzi

Igikorane mpuzamakungu co mu 2014—Ikiganiro twagiranye n’umushikiranganji wa Zimbabwe ajejwe ingenzi

Mu kiganiro kidasanzwe cabereye ku cicaro gikuru c’Ivyabona vya Yehova, Walter Mzembi, umushikiranganji wa Zimbabwe ajejwe ingenzi n’amahoteli, aravuga ivyiza vyavuye mu gikorane mpuzamakungu c’Ivyabona cabereye i Harare muri Myandagaro 2014.