Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

AMAKURU

Zimbabwe

10 MYANDAGARO 2015

Ibikorane vyo mu 2015 vyataziriwe ngo “Niwigane Yezu!” muri Zimbabwe inyuma y’umwaka umwe habaye igikorane mpuzamakungu c’intibagirwa

Igikorane mpuzamakungu co mu 2014 ni yo nkuru yavuzwe cane mu bimenyeshamakuru kuruta izindi zose muri Zimbabwe, ivyo bikaba bituma twitega ibintu vyiza cane ku bikorane vyo muri uyu mwaka.

10 MYANDAGARO 2015

Igikorane mpuzamakungu co mu 2014—Ikiganiro twagiranye n’uwuserukira ibiro vy’Ivyabona muri Zimbabwe

John Jubber ariko aravuga ivyiza vyavuye mu gikorane mpuzamakungu c’Ivyabona vya Yehova cabereye i Harare muri Myandagaro 2014.

10 MYANDAGARO 2015

Igikorane mpuzamakungu co mu 2014—Ikiganiro twagiranye n’umushikiranganji wa Zimbabwe ajejwe ingenzi

Mu kiganiro kidasanzwe cabereye ku cicaro gikuru c’Ivyabona vya Yehova, Walter Mzembi aravuga ivyiza vyavuye mu gikorane mpuzamakungu c’Ivyabona cabereye i Harare muri Myandagaro 2014.